<<@DidiLeGrand says : Iyi movies irateguye neza mwubahwe bakinyi bezaโคโค๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰nayanyu beza>> <<@ruthrobert6220 says : ndabikundirโค cane โคโค>> <<@angellawivine says : ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚โคโคโคโค๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿซถ๐Ÿซถ๐Ÿซถโค๏ธ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰๐ŸŽ‰๐Ÿ”ฅ๐Ÿ’ฏ๐Ÿ’ฏ>> <<@mmnn3579 says : Yoooo nta final kwel ham courage ndaryohew niy film>> <<@estellaniyonkuru5633 says : Nina kurira nivya Fanny we kauk>> <<@williamboniface5851 says : Kandi courage>> <<@williamboniface5851 says : Abel muberanye na dodo kwel>> <<@Bibaho5531 says : Abel Akina neza vrt>> <<@joselynenibayubahe5092 says : Cecile yakinye neza cane abantu bama mukanwa Kano bavuga ngo Jew ndasenga nta mbabazi bafise>> <<@gakobwaadija7949 says : Mwabikoze neza nubwambere mbonye ifilim yabarundi nkayimara izonahora ndaba zose ndavye agapande gatoya nkabona ntibinezereye naca ndabivamwo arikomwebwe mwubahwe komeza>> <<@bosconiyomutabazi6345 says : Nimuyibandanye basha nukuri iraryoshe>> <<@itangishakanadine7693 says : โค๏ธโค๏ธโค๏ธโค๏ธโค๏ธ>> <<@evelyne4686 says : uyo mugabo impuzu yo hejuru ko atazihindura kandi ariwe acteur?>> <<@kimana8818 says : Ukuntu nahor mfana film zabarunfi mvyangendekey gut iy sindayimenye๐Ÿค”๐Ÿค”๐Ÿค” dodo courage kbs avant de commenter nihay peine y guher kuntang mpak ndayihez Nar naracitswe peee. Saison 3 ndayirindirany igishik. Abarundi hejuru cane๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช๐Ÿ’ช>> <<@aline5450 says : Mwubahwecane turaku filime yanyu muyikina nezacan>> <<@gescanyira5167 says : Kuko mwaduteye irungu>> <<@ุณูŠุณูŠู„ุจูˆู†ูŠุฏ says : ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿ’‹๐Ÿ’‹โค๏ธ๐Ÿฅฐ>> <<@gshssggs2604 says : Ntihabose tv ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ’•>> <<@sososoryne3261 says : Courge beza โค๏ธโค๏ธโค๏ธ๐Ÿฅฐ๐Ÿ”ฅ>> <<@nsengiyumvaemile3360 says : Respect 2to I live in rda>> <<@Marry-r7w says : Je suis fier de vous Abarundi Turashoboye nuko urukundo rubura mu barundi dukundanye twotera imbere โค๏ธ๐Ÿ’‹๐Ÿค—true love from Oman ๐Ÿ‡ด๐Ÿ‡ฒ ๐Ÿ‡ด๐Ÿ‡ฒ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ โค๏ธ โค๏ธ je vous aimes beaucoup โค๏ธ ๐Ÿ’‹ ๐Ÿ’‹>> <<@mariamumariamu6386 says : Ndababaze mwese mwakurikiranye iyi filime mwakuyemwo inyigisho nyabaki??>> <<@loulumony8519 says : Dodo mubabarire ntawudakosha kwer yarakubabaje cyane๐Ÿ‡ด๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ด๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ’•๐Ÿ‘Œ>> <<@dolianneyankunze323 says : Dodozuratunyarukiriza kukoturayikundacaaaane>> <<@dolianneyankunze323 says : Dodomazina badodotimenyane๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚>> <<@dielladushime8956 says : Courage dodo>> <<@ntahokajajeanfleury43 says : Courage ma Dodo>> <<@kevineinarukundo7229 says : Izomaving z Joachim ๐Ÿคฃ>> <<@filda6127 says : Dodo guhariranira nivyiza kndi nivyingenzi nitube abanyakigongwe vrmt>> <<@joseyneneema1390 says : Ego vuba mutuzanire s3>> <<@anithanini6423 says : ,โ™ฅ๏ธโ™ฅ๏ธโ™ฅ๏ธโ™ฅ๏ธ>> <<@joiskwizera1326 says : ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅโœŒโœŒcourage ma belle ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฆ>> <<@tekanezaviocheftv1949 says : Nic courage>> <<@gerdairutingabo9954 says : ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ>> <<@joselynetuyisenge5870 says : Turakeneye s3>> <<@fanny4338 says : ๐Ÿ’ž๐Ÿ’ž๐Ÿ’ž๐Ÿ’ž๐Ÿ’ž๐Ÿ’ž๐Ÿ’ฏ>> <<@ู…ูˆุฒุงุงู„ู…ูˆุงุฒุงู†ูŠ says : Nacerew>> <<@dusabeyvonne6727 says : Mbega nukuri murakoze cyane gusa munyarutse iyindi kuko muduteye amatsiko menshi cyanee>> <<@bleindaakiteka9921 says : Yo nimuduhe aga saison kagatatu team dodo turabakunda disi>> <<@eveneven8726 says : Wooouu very good๐Ÿ‘Œ๐Ÿ‘Œ ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ˜˜๐Ÿ˜˜>> <<@channyntiharirizwa7564 says : Tumenyane kwere Dodo ndagusavye mutunyarukirize igeze Aho iryoha kabisa Imana ibandanye igushoboza>> <<@chacha9874 says : โค๏ธโค๏ธ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ>> <<@mpawenimanaaline6576 says : Muribeza icobikoz Co ninde atabibona??>> <<@cyrianehabonima8900 says : Oya nizigiyeko jeudi nkuyumunsi bizoba vyakunze kweri>> <<@cyrianehabonima8900 says : Oya yemwe munyarutse tuyironke vuba bwango. Nyarutsa hemwe>> <<@prosperndayishimiye1982 says : ๐Ÿ’ž๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ๐Ÿฅฐ>> <<@antoinensengiyumva3245 says : Courage Dodo>> <<@sarrasarra3871 says : Ntamunt asenga. Agira umutima nkuwigikoko>> <<@sarrasarra3871 says : Cรฉcile nubwa senga wapi tanga imbabazi kk naw uzoharirwa>> <<@shanee1381 says : Dafise ikibanzo non abeli nimubuzimabusanzwe atekerejenkuko? Cรฉcile Nella Nina murabademebeza Hama muduhe iyididabibasavyu xanaaa.>>
VideoPro
>>