<<@LeoncieNiyonkuru-r4m says : Niwihangane Niko bimeze kl>> <<@LeaIyanditse says : ❤😂>> <<@JosianeNkurunziza-z1s says : Ntukizere uwubonye wese ngumubwire ivyawe kuko siko bose banezerewe nurugo rwawe🇱🇷🇱🇷🇱🇷🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤>> <<@JosianeNkurunziza-z1s says : Kli>> <<@DianaCiza-zc7or says : ❤❤❤🎉🎉🎉>> <<@HAKIZAATHANASE says : Aka ga pndagaha umugore wange kakubaka harimo inama>> <<@HAKIZAATHANASE says : Oya Cecile ubaha umugabo Kandi umwumve have have wibabaza umukunzi ibuka Cecile ndi murwanda nabakunze>> <<@golethenduwimana-rx6tr says : ndabakunda>> <<@JariatMuzakare says : ❤❤❤❤>> <<@مريمرواندا says : ❤❤❤❤>> <<@iradukundayvette8545 says : Team yose vraiment muvyitwaramwo neza cane Mugabo Nella uzoshaa>> <<@Robin87-h9r says : Ariko muraducanga, umwanyumw twabony Bety arway aritaba Imana, Ubu naho tubona bety arimuzima, vyagenze gute ?>> <<@niganzeedmond1970 says : Dodo nomubona nomuha agasoda kbsa numukinyi mwiza.>> <<@mkandayambajesyphronie2872 says : nukuri muratwubaka cyane IMANA ibahe umugisha>> <<@julienneimananinziza1804 says : Non kotwabonye betty yarafuye.tukatwongeye.kumubona birigute???>> <<@odetteniyokwizera3761 says : Nukuri harikintu kinini nize muriyi film>> <<@shamimsam4922 says : Courage👌👌👌👌>> <<@Samanthamagny8 says : Bettyy ko yapfuy none akaguma agaruka bimez gt ntibisobanuts>> <<@hyacinthemunyana8228 says : ❣️❣️❣️>> <<@hlm1370 says : Courage Dodo uranryoheye gose tura❤️>> <<@alicenibigira says : Cecile please 🙏🙏 seng nkamber kuk watewe 🥰🥰>> <<@hakizaimmoisee9644 says : Courage>> <<@francinendihokubwayo7822 says : Muratunezereza nukuri. Inyigisho nziza cane>> <<@sandrineirakoze8868 says : Ceci urumugore wumutima nukur ndagukund>> <<@alinesiniremera1615 says : amashusho meza nabakinyi bavyitwaramo nez🥰🥰🥰>> <<@ccyoutube1485 says : Cecil genda gake wibuke ivyo waciyemwo>> <<@alphonsine122 says : Ariko cecile konaherutse umengo wamubabariye umuhinduka gut???ihangane umugabo wawe ararengana>> <<@alphonsine122 says : Haric ntaratahura muntahuze mutoyi wa cecile yarazutse konaheruka yapfuye>> <<@mediamm5735 says : Ukina neza mumvandi>> <<@herbertpatrickmukunzi3445 says : Uradututse ngoturahunahuna himbawe niwabimenya uzotangara les femmes vous êtes plus méchant>> <<@magwayamrmumba1285 says : Ikirundi kirakomela weeee but turabemela sana>> <<@thierrynikiza5308 says : Waooo mbega Cécile nukuri kuri twebwe amadam turanezerewe cane kumpanure muduhaye>> <<@uzabakirihoemmanuel4530 says : Cecile be strong my dear believe God👏>> <<@thhc7852 says : 👌👌👌👌💕💕💕>> <<@alinenshimirimana2056 says : Waaouh team Dodo ndabakunda mukina nez caanee Dodo love you🥰🥰>> <<@emilensavyumukama232 says : Wapi kweri muraraba muhindure, ntakuntu umuntu tapfuye muri s1, yoca aboneka mwiyo film nyene. Mais courage>> <<@rosettenzeyimana3248 says : Uryama muri salon,ufise icumba ga sha>> <<@rosettenzeyimana3248 says : Dodo nawe tanga imbabazi wibuke aho Abel yagukuye mubuyaya naya robe ya rouge imwe hahaa>> <<@oman4303 says : Mwubahwe.. Murakina.. Neza.. Turabakunda💓💓💓💓👌👌👌👌>> <<@herbertpatrickmukunzi3445 says : Urwo ru type rurayabonye>> <<@clairemukeshimana2032 says : Cecile ndagukunda izere umugabo wawe wahawe nijuru>> <<@mamadivinedivine6187 says : Nice film turabakunda caneeee>> <<@سيسيلبونيد says : Kuk bib ndabakunda can 🥰🥰🥰>> <<@ssa4542 says : Yoooo ceci urahanuraneza>> <<@salhaaa4996 says : ❤️❤️❤️>> <<@alexandrinenijimbere3816 says : Murakoz cne mbony mubtangiye message uwuj guhanuza niw abiz vyse arik imana ninkur knd nella ntamutima umubi nukwihora tu arik mugir muz muraduh 2 mundwi kk inyota iba yatwish kuki biba?>> <<@myriam5411 says : ceci raba ntusambure urugorwawe nurusengere nisatani agomba kubateranya umugabo wawe ararengana uyowipfuje kugira umugenzi niwe bayazane ajekwihora❤❤>> <<@elisabethreinenduwayo4937 says : Vrt ukin nez dodo>> <<@kwizeramenedola1232 says : Beya uri mwiza cane>> <<@euphrasimunezero3811 says : 🥰🥰🥰🥰🥰>>
VideoPro
>>